Yohani 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Mu ntango+ Jambo+ yariho, kandi Jambo yari kumwe n’Imana+, kandi Jambo yari imana+.