Luka 12:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mugabo uwunyihakana+ imbere y’abantu azokwihakanwa imbere y’abamarayika b’Imana+.