Yohani 14:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Iyo jewe muba mwaramenye, muba mwaramenye na Dawe; guhera kano kanya muramuzi kandi mwamubonye+.” 1 Yohani 4:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Uwo wese yemera icese yuko Yezu Kristu ari Umwana w’Imana+, Imana iguma yunze ubumwe n’uyo, na we akaguma yunze ubumwe n’Imana+.
15 Uwo wese yemera icese yuko Yezu Kristu ari Umwana w’Imana+, Imana iguma yunze ubumwe n’uyo, na we akaguma yunze ubumwe n’Imana+.