ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 19:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 “‘Ntimuze murenganye mu guca urubanza. Ntukagire nkunzi mu kuntu ufata umuntu mutoyi+, kandi ntugahengamire ku wuhambaye+. Mugenzawe ukwiye kumucira urubanza mu butungane.

  • Imigani 28:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Kugira nkunzi si vyiza+, eka si na vyiza ko umuntu w’umugabo yogabitanya kubera ikimanyu gusa c’umukate.

  • Yakobo 2:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Mugabo nimba mubandanya kugira nkunzi+, muriko mukora igicumuro, kuko mukangirwa n’itegeko+ nk’abarenga itegeko.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika