Luka 18:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mu vy’ukuri none, Imana ntizotuma ubutungane+ bushitswa ku bw’abatowe bayo, basemerera bayitakambira umurango n’ijoro, naho yiyumanganya+ ku biberekeye? Abaheburayo 12:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 mw’ikoraniro rya bose+, be n’ishengero ry’imfura+ zanditswe+ mw’ijuru, n’Imana yo Mucamanza wa bose+, n’ubuzima bw’impwemu+ bw’abagororotsi bagizwe abatagira akanenge+, Ivyahishuwe 19:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 kuko imanza zayo ari iz’ukuri n’izigororotse+. Kuko yashikije urubanza kuri wa mumaraya akomeye yononesheje isi ubusambanyi bwiwe, kandi yahoye amaraso y’abashumba bayo yavishije n’ukuboko kwiwe+.”
7 Mu vy’ukuri none, Imana ntizotuma ubutungane+ bushitswa ku bw’abatowe bayo, basemerera bayitakambira umurango n’ijoro, naho yiyumanganya+ ku biberekeye?
23 mw’ikoraniro rya bose+, be n’ishengero ry’imfura+ zanditswe+ mw’ijuru, n’Imana yo Mucamanza wa bose+, n’ubuzima bw’impwemu+ bw’abagororotsi bagizwe abatagira akanenge+,
2 kuko imanza zayo ari iz’ukuri n’izigororotse+. Kuko yashikije urubanza kuri wa mumaraya akomeye yononesheje isi ubusambanyi bwiwe, kandi yahoye amaraso y’abashumba bayo yavishije n’ukuboko kwiwe+.”