Matayo 25:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Maze amahanga yose azokoranirizwa imbere yiwe+; na we azotandukanya+ abantu n’abandi+, nka kurya umwungere atandukanya intama n’impene. Yohani 10:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ni jewe mwungere w’agahebuza+; umwungere w’agahebuza arigura intama+.
32 Maze amahanga yose azokoranirizwa imbere yiwe+; na we azotandukanya+ abantu n’abandi+, nka kurya umwungere atandukanya intama n’impene.