ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 5:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Kuko nk’uko Se azura abapfuye akabagira bazima+, ni ko n’Umwana agira bazima abo ashaka+.

  • Yohani 6:40
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 40 Kuko uku ari kwo kugomba kwa Data: ni uko uwo wese abona Umwana akamwizera aronka ubuzima budahera+, nanje nzomuzura ku musi wa nyuma+.”

  • Ivyahishuwe 2:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 “Andikira umumarayika+ w’ishengero ry’i Simuruna na we uti: Ibi ni vyo avuga umwe ‘wa Mbere n’uwa Nyuma+,’ uwapfuye akongera kuba muzima+:

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika