-
2 Ngoma 5:12Bibiliya y’isi nshasha
-
-
12 kandi Abalewi+ bari abaririmvyi begukira bano bose, ni ukuvuga begukira Asafu+ na Hemani+ na Yedutuni+ be n’abahungu babo na bene wabo, abari bambaye ibitambara vyiza bakagira n’ivyuma bisāma+ n’ibicurarangisho vy’imirya+ n’inanga+, bari bahagaze mu buseruko bw’igicaniro bari kumwe n’abaherezi bangana n’ijana na mirongo ibiri bavuza inzumbete+;
-