Kuvayo 20:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko mu misi itandatu Yehova yakoze amajuru n’isi n’ikiyaga be n’ikintu cose kiri muri vyo+, hanyuma agatangura kuruhuka ku musi ugira indwi+. Ni co gituma Yehova yahezagiye umusi w’isabato, akawugira mweranda+. Zaburi 124:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ugutabarwa kwacu kuri mw’izina rya Yehova+,Wa Muhinguzi w’ijuru n’isi+.” Zaburi 146:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Wa Muhinguzi w’ijuru n’isi+,W’ikiyaga, be n’uw’ibiri muri vyo vyose+,Umwe agumya ukuri gushika igihe kitagira urugero+,
11 Kuko mu misi itandatu Yehova yakoze amajuru n’isi n’ikiyaga be n’ikintu cose kiri muri vyo+, hanyuma agatangura kuruhuka ku musi ugira indwi+. Ni co gituma Yehova yahezagiye umusi w’isabato, akawugira mweranda+.
6 Wa Muhinguzi w’ijuru n’isi+,W’ikiyaga, be n’uw’ibiri muri vyo vyose+,Umwe agumya ukuri gushika igihe kitagira urugero+,