Yeremiya 51:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Babiloni yabaye igikombe c’inzahabu mu kuboko kwa Yehova+, uwo Babiloni akaba yaboreza isi yose+. Amahanga yanyoye ku muvinyu wiwe+. Ni co gituma amahanga aguma akora nk’ayasaze+.
7 Babiloni yabaye igikombe c’inzahabu mu kuboko kwa Yehova+, uwo Babiloni akaba yaboreza isi yose+. Amahanga yanyoye ku muvinyu wiwe+. Ni co gituma amahanga aguma akora nk’ayasaze+.