Matayo 25:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Abo bazoja mu kurandurwa kw’ibihe bidahera+, mugabo abagororotsi baje mu buzima budahera+.” 2 Abatesalonika 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Abo nyene bazoshikirwa n’igihano c’urubanza+ c’ugutikizwa kw’ibihe bidahera+ bave imbere y’Umukama n’imbere y’ubuninahazwa bw’inkomezi ziwe+, Ivyahishuwe 19:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Maze buno nyene bavuga irigira kabiri bati: “Shemeze Ya+! Kandi umwotsi uva kuri we ubandanya kuduga ibihe bitazoshira+.”
9 Abo nyene bazoshikirwa n’igihano c’urubanza+ c’ugutikizwa kw’ibihe bidahera+ bave imbere y’Umukama n’imbere y’ubuninahazwa bw’inkomezi ziwe+,
3 Maze buno nyene bavuga irigira kabiri bati: “Shemeze Ya+! Kandi umwotsi uva kuri we ubandanya kuduga ibihe bitazoshira+.”