Matayo 13:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 umwansi yakibivye na we ni Shetani*+. Iyimbura+ ni insozero y’ivy’isi+, abashwabuzi na bo ni abamarayika. Ivyahishuwe 9:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Zifise umwami azigaba, umumarayika w’inyenga+. Mu giheburayo izina ryiwe ni Abadoni, mugabo mu kigiriki ni Apoliyoni+.
39 umwansi yakibivye na we ni Shetani*+. Iyimbura+ ni insozero y’ivy’isi+, abashwabuzi na bo ni abamarayika.
11 Zifise umwami azigaba, umumarayika w’inyenga+. Mu giheburayo izina ryiwe ni Abadoni, mugabo mu kigiriki ni Apoliyoni+.