Yesaya 23:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ni nde yafatiye iyo ngingo+ Tiro, wa mutanzi w’ingori, abadandaza biwe bakaba bari abaganwa, abacuruza biwe bakaba bari abantu b’iteka bo kw’isi+?
8 Ni nde yafatiye iyo ngingo+ Tiro, wa mutanzi w’ingori, abadandaza biwe bakaba bari abaganwa, abacuruza biwe bakaba bari abantu b’iteka bo kw’isi+?