Imigani 19:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ibihinda ntibibereye ku muntu w’ikijuju+. Nkanswe umusuku kuganza abaganwa+! Yesaya 47:1 Bibiliya y’isi nshasha 47 Manuka wicare mu mukungugu+, ewe mukobwa w’isugi wa Babiloni+! Icara hasi ahatagira intebe y’ubwami+, ewe mukobwa w’Abakaludaya+! Kuko batazokwongera kukwita uworohewe n’uwadibamye+.
47 Manuka wicare mu mukungugu+, ewe mukobwa w’isugi wa Babiloni+! Icara hasi ahatagira intebe y’ubwami+, ewe mukobwa w’Abakaludaya+! Kuko batazokwongera kukwita uworohewe n’uwadibamye+.