Itanguriro 45:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ariko ntimubabare kandi ntimutaneko ishavu ngo ni uko mwangurishije, kuko Imana ari yo yandungitse ino imbere yanyu kugira irokore ubuzima+. Ivyakozwe 7:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Mugabo inzara yahavuye itera mu Misiri hose n’i Kanani, emwe amakuba akomeye, ku buryo ba sogokuruza bacu babura ico bafungura+.
5 Ariko ntimubabare kandi ntimutaneko ishavu ngo ni uko mwangurishije, kuko Imana ari yo yandungitse ino imbere yanyu kugira irokore ubuzima+.
11 Mugabo inzara yahavuye itera mu Misiri hose n’i Kanani, emwe amakuba akomeye, ku buryo ba sogokuruza bacu babura ico bafungura+.