Itanguriro 48:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Hanyuma Isirayeli abwira Yozefu ati: «Ehe ndi mu gupfa+, ariko Imana izogumana namwe, kandi izobasubiza mu gihugu ca ba sokuruza banyu+.
21 Hanyuma Isirayeli abwira Yozefu ati: «Ehe ndi mu gupfa+, ariko Imana izogumana namwe, kandi izobasubiza mu gihugu ca ba sokuruza banyu+.