-
Itanguriro 49:29, 30Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
29 Inyuma y’ivyo abategeka ati: «Ehe ngira mpamvye ab’iwacu*+. Muze mumpambe hamwe na ba dawe, mw’isenga ry’ibuye riri mw’itongo rya Efuroni Umuheti+. 30 Ni isenga riri mw’itongo ry’i Makipela, imbere y’i Mamure mu gihugu ca Kanani, rya tongo Aburahamu yagura na Efuroni Umuheti kugira aronke itongo ryo guhambamwo.
-