Itanguriro 45:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ariko ntimubabare kandi ntimutaneko ishavu ngo ni uko mwangurishije, kuko Imana ari yo yandungitse ino imbere yanyu kugira irokore ubuzima+. Zaburi 105:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Nuko arungika umuntu ngo abitangire imbere,ari we Yozefu, uwari yagurishijwe ngo abe umushumba+.
5 Ariko ntimubabare kandi ntimutaneko ishavu ngo ni uko mwangurishije, kuko Imana ari yo yandungitse ino imbere yanyu kugira irokore ubuzima+.