Itanguriro 2:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Yehova Imana afata wa muntu, amushira muri iryo tongo rya Edeni kugira aririme yongere aryitwararike+.
15 Yehova Imana afata wa muntu, amushira muri iryo tongo rya Edeni kugira aririme yongere aryitwararike+.