Zaburi 8:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 nca nibwira nti: «Umuntu buntu ni iki ku buryo umwibuka?Umwana w’umuntu ni iki ku buryo umwitwararika+?» Zaburi 8:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Wamuhaye kuganza ibikorwa vy’amaboko yawe+.Washize ibintu vyose munsi y’ibirenge vyiwe:
4 nca nibwira nti: «Umuntu buntu ni iki ku buryo umwibuka?Umwana w’umuntu ni iki ku buryo umwitwararika+?»