-
Abaheburayo 11:8, 9Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
8 Kubera ukwizera, igihe Aburahamu+ yahamagarwa, yaragamburutse aragenda, aja ahantu yari guhabwa nk’intoranwa. Yaragiye naho atari azi iyo yariko araja+. 9 Kubera ukwizera, yabayeho ari umunyamahanga mu gihugu yasezeraniwe+, abana mu mahema+ na Izahaki na Yakobo, abarazwe umuhango na we nyene yahawe+.
-