Itanguriro 30:42, 43 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 42 Ariko igihe ari ibitungwa vyonze bishatse kwima, ntiyashiraho izo nkoni. Ivyonze vyaguma ari ivya Labani, ariko ibivyibushe bikaba ivya Yakobo+. 43 Nuko Yakobo aratunga cane, agira amasho menshi, abasuku, abasukukazi, ingamiya hamwe n’indogobwa+.
42 Ariko igihe ari ibitungwa vyonze bishatse kwima, ntiyashiraho izo nkoni. Ivyonze vyaguma ari ivya Labani, ariko ibivyibushe bikaba ivya Yakobo+. 43 Nuko Yakobo aratunga cane, agira amasho menshi, abasuku, abasukukazi, ingamiya hamwe n’indogobwa+.