Itanguriro 30:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Rasheli amwishura ati: «Ng’uyu umusukukazi wanje Biluha+. Nuryamane na we kugira amvyarire* abana, nanje ndonke abana biciye kuri we.» Itanguriro 30:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Leya abonye ko yahagaritse kuvyara, aca afata Zilupa umusukukazi wiwe amuha Yakobo ngo amubere umugore+.
3 Rasheli amwishura ati: «Ng’uyu umusukukazi wanje Biluha+. Nuryamane na we kugira amvyarire* abana, nanje ndonke abana biciye kuri we.»
9 Leya abonye ko yahagaritse kuvyara, aca afata Zilupa umusukukazi wiwe amuha Yakobo ngo amubere umugore+.