Itanguriro 35:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Imubwira iti: «Izina ryawe ni Yakobo+. Ntuzosubira kwitwa Yakobo, ahubwo uzokwitwa Isirayeli.» Ica itangura kuza iramwita Isirayeli+.
10 Imubwira iti: «Izina ryawe ni Yakobo+. Ntuzosubira kwitwa Yakobo, ahubwo uzokwitwa Isirayeli.» Ica itangura kuza iramwita Isirayeli+.