Abacamanza 13:17, 18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Maze Manowa abwira uwo mumarayika wa Yehova ati: «Wotubwira uko witwa+ kugira tuzogutere iteka ivyo wavuze nivyaba?» 18 Ariko nya mumarayika wa Yehova amubwira ati: «Kubera iki umbaza izina ryanje n’ukuntu ari iry’agatangaza?»
17 Maze Manowa abwira uwo mumarayika wa Yehova ati: «Wotubwira uko witwa+ kugira tuzogutere iteka ivyo wavuze nivyaba?» 18 Ariko nya mumarayika wa Yehova amubwira ati: «Kubera iki umbaza izina ryanje n’ukuntu ari iry’agatangaza?»