1 Abami 12:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Maze Yerobowamu asubira kwubaka* igisagara ca Shekemu+ kiri mu karere k’imisozi ka Efurayimu, araheza abayo. Hanyuma aja mu gisagara ca Penuweli+ asubira kucubaka*.
25 Maze Yerobowamu asubira kwubaka* igisagara ca Shekemu+ kiri mu karere k’imisozi ka Efurayimu, araheza abayo. Hanyuma aja mu gisagara ca Penuweli+ asubira kucubaka*.