Itanguriro 32:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Ndagusavye undokore+ mu maboko ya mwenewacu Esawu, kuko ntinya ko yohava aza akantera+, twe n’abana na ba nyina. Itanguriro 32:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Mumubwire kandi muti: “Umusavyi wawe Yakobo ari inyuma ariko araza.”» Kuko yibwira ati: «Hamwe nomurungikira ingabire yo kumuhoyahoya+, hari aho yonyakira neza tumaze guhura.»
11 Ndagusavye undokore+ mu maboko ya mwenewacu Esawu, kuko ntinya ko yohava aza akantera+, twe n’abana na ba nyina.
20 Mumubwire kandi muti: “Umusavyi wawe Yakobo ari inyuma ariko araza.”» Kuko yibwira ati: «Hamwe nomurungikira ingabire yo kumuhoyahoya+, hari aho yonyakira neza tumaze guhura.»