Itanguriro 42:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Yozefu ni we yatwara igihugu ca Misiri+ kandi ni we yagurisha ibifungurwa ku bantu bose bo kw’isi+. Benewabo rero barashika maze baramwunamira, mu maso hashika hasi+. Itanguriro 42:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Ubwo nyene aca yibuka za ndoto yarota ku biberekeye+. Hanyuma ababwira ati: «Muri abasumyi b’urusaku*. Mwaje kuraba aho igihugu kigoyagoya.»
6 Yozefu ni we yatwara igihugu ca Misiri+ kandi ni we yagurisha ibifungurwa ku bantu bose bo kw’isi+. Benewabo rero barashika maze baramwunamira, mu maso hashika hasi+.
9 Ubwo nyene aca yibuka za ndoto yarota ku biberekeye+. Hanyuma ababwira ati: «Muri abasumyi b’urusaku*. Mwaje kuraba aho igihugu kigoyagoya.»