2 Abami 18:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Rabushake aca asemerera mu kiyuda ati: «Nimwumve ivyo umwami ahambaye avuze, umwami wa Ashuri+. 2 Abami 18:35 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 35 Mu mana zose z’amahanga, ni iyihe yakingiye igihugu cayo ngo sindagifate? None Yehova wewe, mwibaza ko azokingira Yeruzalemu ngo sindahafate+?’”»
35 Mu mana zose z’amahanga, ni iyihe yakingiye igihugu cayo ngo sindagifate? None Yehova wewe, mwibaza ko azokingira Yeruzalemu ngo sindahafate+?’”»