Gusubira mu vyagezwe 5:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 “Ndi Yehova Imana yawe yagukuye mu gihugu ca Misiri, igihugu wabayemwo uri umushumba*+. Hoseya 13:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Ariko jewe ndi Yehova Imana yanyu kuva mukiri mu Misiri+.Nta yindi Mana mwigeze mumenya atari jewe,kandi nta wundi mukiza ahari atari jewe+.
4 Ariko jewe ndi Yehova Imana yanyu kuva mukiri mu Misiri+.Nta yindi Mana mwigeze mumenya atari jewe,kandi nta wundi mukiza ahari atari jewe+.