Kuvayo 16:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Ntimwibagire ko jewe Yehova nabahaye isabato+. Ni co gituma ku wa gatandatu ndabaha ibifungurwa vy’imisi ibiri. Ku musi ugira indwi, umwe wese akwiye kuguma aho ari. Nta n’umwe akwiye kuva muhira iwe.» Kuvayo 34:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Muzokora ibikorwa mu misi itandatu, ariko ku musi ugira indwi muzoruhuka*+. Muzoruhuka naho hazoba ari mu gihe c’irima canke c’iyimbura.
29 Ntimwibagire ko jewe Yehova nabahaye isabato+. Ni co gituma ku wa gatandatu ndabaha ibifungurwa vy’imisi ibiri. Ku musi ugira indwi, umwe wese akwiye kuguma aho ari. Nta n’umwe akwiye kuva muhira iwe.»
21 Muzokora ibikorwa mu misi itandatu, ariko ku musi ugira indwi muzoruhuka*+. Muzoruhuka naho hazoba ari mu gihe c’irima canke c’iyimbura.