ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 6:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Igihe niyereka Aburahamu, Izahaki na Yakobo, narabahishuriye ko ndi Imana Mushoboravyose+, ariko sinabahishuriye insobanuro yuzuye y’izina ryanje Yehova+.

  • Kuvayo 6:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Muzoba abantu banje nanje mbe Imana yanyu+. Muzomenya vy’ukuri ko jewe Yehova Imana yanyu ari jewe ndiko ndabakura mu bikorwa biruhisha Abanyamisiri babakoresha.

  • Abaroma 9:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Kuko icanditswe kibwira Farawo giti: «Mugabo iki ni co catumye mba ndakuretse: ni ukugira nerekane ububasha bwanje biciye kuri wewe no kugira izina ryanje ryamamare kw’isi yose+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika