Abalewi 25:35 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 35 Umwisirayeli mugenzawe* aba hafi yawe niyakena gushika aho abura ikimutunga, ukwiye kumufasha+ nk’uko wofasha umunyamahanga n’umwimukira+ kugira abandanye kubaho.
35 Umwisirayeli mugenzawe* aba hafi yawe niyakena gushika aho abura ikimutunga, ukwiye kumufasha+ nk’uko wofasha umunyamahanga n’umwimukira+ kugira abandanye kubaho.