Kuvayo 29:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Uzoca uzana Aroni n’abahungu biwe ku bwinjiriro bw’ihema ry’ibonaniro+ maze uboze n’amazi+. Kuvayo 29:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Hanyuma uzotora ya mavuta meranda*+, uyasuke ku mutwe wiwe maze umurobanure*+. Kuvayo 30:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Uzorobanuza amavuta Aroni+ n’abahungu biwe+, ubeze kugira bambere abaherezi+. Ivyakozwe 10:38 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 38 inkuru yerekeye Yezu w’i Nazareti, ingene Imana yamurobanuje* impwemu nyeranda+ n’ububasha, hanyuma agaca mu gihugu akora ivyiza yongera akiza abantu bose bahahazwa na Shetani*+, kuko Imana yari kumwe na we+. 2 Abakorinto 1:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Mugabo uwemeza ko twe namwe turi aba Kristu, akaba ari na we yaturobanuye*, ni Imana+.
38 inkuru yerekeye Yezu w’i Nazareti, ingene Imana yamurobanuje* impwemu nyeranda+ n’ububasha, hanyuma agaca mu gihugu akora ivyiza yongera akiza abantu bose bahahazwa na Shetani*+, kuko Imana yari kumwe na we+.