Gusubira mu vyagezwe 10:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Abisirayeli baciye bava i Beroti Bene-Yakani baja i Mosera. Aho ni ho Aroni yapfiriye kandi ni ho bamuhamvye+. Umuhungu wiwe Eleyazari yaciye aba umuherezi mu kibanza ciwe+.
6 Abisirayeli baciye bava i Beroti Bene-Yakani baja i Mosera. Aho ni ho Aroni yapfiriye kandi ni ho bamuhamvye+. Umuhungu wiwe Eleyazari yaciye aba umuherezi mu kibanza ciwe+.