Abalewi 22:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Umuntu niyashikanira Yehova ikimazi co gusangira+ kugira ashitse indagano canke akaba agitanze avyishakiye, gikwiye kuba ari igitungwa kitagira akanenge kivuye mu busho bwiwe kugira ashimwe n’Imana. Nta kanenge na kamwe gikwiye kuba gifise.
21 Umuntu niyashikanira Yehova ikimazi co gusangira+ kugira ashitse indagano canke akaba agitanze avyishakiye, gikwiye kuba ari igitungwa kitagira akanenge kivuye mu busho bwiwe kugira ashimwe n’Imana. Nta kanenge na kamwe gikwiye kuba gifise.