Guharura 19:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Ariko umuntu niyaba ahumanye mugabo ntiyihumanure, abwirizwa kwicwa*+ kuko azoba yahumanije ahantu heranda ha Yehova. Azoba ahumanye kuko atazoba yamijagiwe amazi bakoresha mu guhumanura.
20 Ariko umuntu niyaba ahumanye mugabo ntiyihumanure, abwirizwa kwicwa*+ kuko azoba yahumanije ahantu heranda ha Yehova. Azoba ahumanye kuko atazoba yamijagiwe amazi bakoresha mu guhumanura.