ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 29:15-18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Ivyo biheze, uzotora impfizi y’intama imwe maze Aroni n’abahungu biwe bayirambikeko ibiganza ku mutwe+. 16 Uzoheza uyikerere hanyuma ufate amaraso yayo uyamijagire ku mpande zose z’igicaniro+. 17 Uzokatagura iyo ntama mu bihimba, woze amara yayo+ n’amaguru* yayo, uce upanga ivyo bihimba uko bikurikirana gushika ku mutwe. 18 Uzoturira iyo ntama yose ifumbe umwotsi ku gicaniro. Ni ishikanwa rya Yehova riturirwa ry’akamoto keza*+. Ni ishikanwa rya Yehova bashikanisha umuriro.

  • Abalewi 1:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Azorambika ikiganza ku mutwe w’iryo shikanwa riturirwa, kandi Imana izokwemera iryo shikanwa ryiwe kugira ababarirwe ibicumuro* yakoze.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika