-
Abalewi 8:14, 15Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
14 Hanyuma Musa azana ya shuri y’ishikanwa ry’igicumuro+ maze Aroni n’abahungu biwe bayirambikako ibiganza ku mutwe. 15 Aca arayikerera hanyuma akoza urutoke mu maraso yayo+. Araheza ayasiga ku mahembe yose y’igicaniro, aragityorora kugira kiveko igicumuro. Amaraso asigaye aca ayasesa ku mushinge w’igicaniro, araceza kugira baze baragitangirako impongano*.
-