Abalewi 19:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Mutegerezwa kwubahiriza amasabato yanje+, kandi mutegerezwa kwubaha* ahantu hanje heranda. Ndi Yehova. Guharura 5:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Yaba ari umugabo canke umugore, mutegerezwa kumusohora. Mutegerezwa kumusohora kugira ntiyanduze+ ikambi y’abantu banje, kuko mba hagati muri bo+.» Guharura 19:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Ariko umuntu niyaba ahumanye mugabo ntiyihumanure, abwirizwa kwicwa*+ kuko azoba yahumanije ahantu heranda ha Yehova. Azoba ahumanye kuko atazoba yamijagiwe amazi bakoresha mu guhumanura.
30 Mutegerezwa kwubahiriza amasabato yanje+, kandi mutegerezwa kwubaha* ahantu hanje heranda. Ndi Yehova.
3 Yaba ari umugabo canke umugore, mutegerezwa kumusohora. Mutegerezwa kumusohora kugira ntiyanduze+ ikambi y’abantu banje, kuko mba hagati muri bo+.»
20 Ariko umuntu niyaba ahumanye mugabo ntiyihumanure, abwirizwa kwicwa*+ kuko azoba yahumanije ahantu heranda ha Yehova. Azoba ahumanye kuko atazoba yamijagiwe amazi bakoresha mu guhumanura.