3 Azokura kuri ico kimazi ivyo ashikanira Yehova nk’ishikanwa bashikanisha umuriro+, ni ukuvuga ikinure+ gipfutse amara, ikinure cose gifashe ku mara 4 be n’amafyigo abiri n’ikinure cayo kiri hafi y’ikiyunguyungu. Azokurako kandi ikinure gifashe ku gitigu, agikurireko rimwe n’amafyigo+.