Kuvayo 25:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Bazonyubakira ihema ryeranda, nanje nzoba hagati yabo+. Ezekiyeli 37:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Nzogirana na bo isezerano ry’amahoro+. Iryo sezerano nzogirana na bo rizoba iry’ibihe vyose. Nzobaha igihugu, ndabagwize+, hagati muri bo ndahashire ikibanza canje ceranda ibihe vyose. Ivyahishuwe 21:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Nca numva ijwi rirenga rivuye kuri ya ntebe y’ubwami rivuga riti: «Ehe ihema ry’Imana riri kumwe n’abantu, kandi izobana na bo, na bo bazoba abantu bayo. Imana ubwayo izobana na bo+.
26 Nzogirana na bo isezerano ry’amahoro+. Iryo sezerano nzogirana na bo rizoba iry’ibihe vyose. Nzobaha igihugu, ndabagwize+, hagati muri bo ndahashire ikibanza canje ceranda ibihe vyose.
3 Nca numva ijwi rirenga rivuye kuri ya ntebe y’ubwami rivuga riti: «Ehe ihema ry’Imana riri kumwe n’abantu, kandi izobana na bo, na bo bazoba abantu bayo. Imana ubwayo izobana na bo+.