Ezekiyeli 4:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Yongerako ati: «Mwana w’umuntu, ehe ngira ntume ibifungurwa bibura* i Yeruzalemu+. Bazorya umukate bari mu maganya menshi barinze kuwupima+, banywe n’amazi bishwe n’ubwoba barinze kuyapima+.
16 Yongerako ati: «Mwana w’umuntu, ehe ngira ntume ibifungurwa bibura* i Yeruzalemu+. Bazorya umukate bari mu maganya menshi barinze kuwupima+, banywe n’amazi bishwe n’ubwoba barinze kuyapima+.