ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 34:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Musa aca ategeka Abisirayeli ati: «Ico ni co gihugu muzogabura biciye ku bupfindo+. Yehova yategetse ko gihabwa imiryango icenda n’igice,

  • Yosuwa 14:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Imiryango icenda n’igice yaronse intoranwa yayo biciye ku bupfindo+, nk’uko nyene Yehova yari yarabitegetse Musa+.

  • Yosuwa 17:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Baza imbere y’umuherezi Eleyazari+ na Yosuwa mwene Nuni n’abakuru, bababwira bati: «Yehova yategetse Musa kuduha intoranwa muri benewacu+.» Nuko baronka intoranwa cokimwe na benewabo na se, nk’uko Yehova yabitegetse+.

  • Yosuwa 18:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Muzocape rero ico gihugu mugicemwo imigabane indwi, hanyuma mubinzanire. Nanje nzoheza ndakibagaburire biciye ku bupfindo+, aha nyene imbere ya Yehova Imana yacu.

  • Imigani 16:33
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 33 Umuntu arashobora kugira ubupfindo*+,

      ariko Yehova ni we ashinga ikivamwo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika