Kuvayo 2:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Muri ico gihe, umugabo umwe wo muryango wa Lewi yubakana n’umukobwa wo muri uwo muryango nyene+. Kuvayo 6:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Amuramu arongora Yokebedi+ mushiki wa se wiwe, araheza avyara Aroni na Musa+. Amuramu yabayeho imyaka 137.
20 Amuramu arongora Yokebedi+ mushiki wa se wiwe, araheza avyara Aroni na Musa+. Amuramu yabayeho imyaka 137.