ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 23:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 «Bwira Abisirayeli uti: “Imisi mikuru+ ya Yehova mukwiye gutangaza+ ni amakoraniro meranda. Iyi ni yo misi mikuru yanje:

  • Gusubira mu vyagezwe 16:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Gatatu mu mwaka, abagabo bose bakwiye kuza imbere ya Yehova Imana yanyu ahantu azoba yatoye. Bazoza ku musi mukuru w’imikate itarimwo umwambiro+, ku musi mukuru w’amayinga+ no ku musi mukuru w’insago+. Nta n’umwe akwiye kuza imbere ya Yehova iminwe misa.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika