Abalewi 3:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Nimba ishikanwa ryiwe ari ikimazi co gusangira*+ akuye mu busho bw’inka, yaba ari ishuri canke ishashi, ikwiye kuba itagira akanenge imbere ya Yehova.
3 Nimba ishikanwa ryiwe ari ikimazi co gusangira*+ akuye mu busho bw’inka, yaba ari ishuri canke ishashi, ikwiye kuba itagira akanenge imbere ya Yehova.