Guharura 21:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Nuko babandanya urugendo bavuye ku musozi Hori+, bajana inzira yerekeza ku kiyaga Gitukura kugira bakwepe igihugu ca Edomu+. Abantu rero batangura kuruha kubera urugendo.
4 Nuko babandanya urugendo bavuye ku musozi Hori+, bajana inzira yerekeza ku kiyaga Gitukura kugira bakwepe igihugu ca Edomu+. Abantu rero batangura kuruha kubera urugendo.