ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 27:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Hanyuma Yehova abwira Musa ati: «Duga kuri uyu musozi uri mu karere ka Abarimu+, urabe igihugu nzoha Abisirayeli+.

  • Gusubira mu vyagezwe 32:48, 49
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 48 Kuri uyo musi nyene Yehova abarira Musa ati: 49 «Duga kuri uyu musozi Nebo+, uri mu karere ka Abarimu+ mu gihugu ca Mowabu, aharabana n’i Yeriko maze urabe igihugu ca Kanani ngira mpe Abisirayeli+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika