32Abakomoka kuri Rubeni+ n’abakomoka kuri Gadi+ bari bafise ibitungwa vyinshi cane. Nuko babona ko akarere ka Yazeri+ n’aka Gileyadi hari ahantu habereye ibitungwa.
77 Ibi ni vyo bisagara Abamerari basigaye baronse bikuwe ku muryango wa Zabuloni+: Rimono n’amatongo yaho yo kuragiramwo na Tabora n’amatongo yaho yo kuragiramwo.